Skip to content
الإسلام دين رب العالمين

الإسلام دين رب العالمين

Kw'izina ry'Imana Allah Nyenimpuhwe ku biremwa, Nyenimbabazi ku batoni bayo Ubwislamu ni idini ry'Umubungabunzi w'ibiremwa Allah Imana yawe Rurema, ni nde? Iki ni co kibazo gihambaye cane ku biremwa, ni na co kibazo gikomeye umuntu ategerezwa kumenya inyishu yaco. Imana yacu Rurema Allah, ni Yo yaremye amajuru n'isi, Inatuma imvura igwa izananye mu kirere, Iraheza Inagisha hakoreshejwe amazi y'imvura ivyamwa n'ibiti kugira twebwe abantu dufungure kuri nya vyamwa, ibindi binyabuzima na vyo bibeshweho n'ibiti mu gufungura no kurisha; ni na Yo Yaturemye, Irema n'abavyeyi bacu, Yongera Irema…

0%
Font size