Skip to content
رسول الإسلام محمد صلى الله عليه وسلم

رسول الإسلام محمد صلى الله عليه وسلم

Kw'izina ry'Imana Allah, Nyenimpuhwe ku biremwa, Nyenimbabazi ku batoni bayo INTUMWA Y'UBWISLAMU MUHAMADI (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) Iyi, ni incamake ku bijanye n'Intumwa y'ubwislamu Muhamadi* (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), aho nerekanamwo izina ryiwe, inkomoko yiwe, igihugu yavukiyemwo, ukuntu yarongoye, ubutumwa bwiwe, ico yaje kurarikira, ibitangaro vyerekana ivugishwamana ryiwe, hamwe rero n'inyifato y'abamurwanya (ukuntu bigenjeje kuri we). * Nitwararitse gukurikiranya amajambo abiri: Intumwa Muhamadi (Ijambo Intumwa n'ijambo Muhamadi), kugira gusa…

Language: lang_rn
Prepared by:
Version: 1.2

These files are generated automatically from the book's text; their layout may differ from the printed edition.

0%
Font size