Skip to content
وجوب العمل بالسنة وكفر من أنكرها

وجوب العمل بالسنة وكفر من أنكرها

IYUBAHIRIZWA RY'ISHIRWA MU NGIRO MU KUGENDERA INYIGISHO, IMICO N'IMIGENZO VY'INTUMWA N'IGARARIZA RY'UWUBIHAKANYE CANDITSWE NA: Abdu l'Aziz Bin Abdallah Bin Baaz (nyakugira impuhwe z'Imana Allah) kw'izina ry'Imana Allah, Nyenimpuhwe ku biremwa, Nyenimbabazi ku batoni bayo. INTANGAMARARA Ishimagizwa ni iry'Imana Allah, Umubungabunzi w'ibiremwa vyose; iherezo ryiza, ni iry'abagamburukiramana, amahoro n'impuhwe vy'Imana Allah, nibisasagare ku Muja wayo akaba n'Intumwa yayo, Umuvugishwamana wacu Muhamadi, yarungitswe kugira abere impuhwe ibiremwa (Amajini n'abantu); nibisasagare kandi ku muryango…

Language: lang_rn
Prepared by:
Version: 1.0
Download PDF 441 KB

This PDF is generated automatically from the book's text; its layout may differ from the printed edition.

0%
Font size