68 : 4 وَإِنَّكَ لَعَلَىٰ خُلُقٍ عَظِيمٖ Kandi nta nkeka ko wewe uri ku ngeso nziza cane zishimangirwa na Qor’ani.