Skip to content
مُحمد /

Ayah 19

47 : 19
مُحمد Ayahs 38
Surah · مُحمد
Ikirundi · Gehiti
47 : 19

فَٱعۡلَمۡ أَنَّهُۥ لَآ إِلَٰهَ إِلَّا ٱللَّهُ وَٱسۡتَغۡفِرۡ لِذَنۢبِكَ وَلِلۡمُؤۡمِنِينَ وَٱلۡمُؤۡمِنَٰتِۗ وَٱللَّهُ يَعۡلَمُ مُتَقَلَّبَكُمۡ وَمَثۡوَىٰكُمۡ

Muvugishwamana! Menya rero ko ata mana y’ukuri ikwiye gusengwa atari Imana Allah, uheze usabe imbabazi ku vyaha vyawe, wongere uzisabire abemeramana n’abemeramanakazi. Burya Imana Allah, Irazi neza ivyo mukora mu kwishira n’ukwizana kwanyu ku murango, no mu gihe mutururuye mw’itiro mudakakaza mw’ijoro.