Skip to content
التوبَة /

Ayah 100

9 : 100

Ayah 100 of التوبَة (9 : 100). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 100

وَٱلسَّٰبِقُونَ ٱلۡأَوَّلُونَ مِنَ ٱلۡمُهَٰجِرِينَ وَٱلۡأَنصَارِ وَٱلَّذِينَ ٱتَّبَعُوهُم بِإِحۡسَٰنٖ رَّضِيَ ٱللَّهُ عَنۡهُمۡ وَرَضُواْ عَنۡهُ وَأَعَدَّ لَهُمۡ جَنَّٰتٖ تَجۡرِي تَحۡتَهَا ٱلۡأَنۡهَٰرُ خَٰلِدِينَ فِيهَآ أَبَدٗاۚ ذَٰلِكَ ٱلۡفَوۡزُ ٱلۡعَظِيمُ

N’ababaye aba mbere mu kwemera Imana Allah n’Intumwa yayo mu bimukira n’abasangwa, hamwe n'ababakurikiye mu kwemera mu mvugo n’ingiro ku bugwaneza, barondera gushimwa n’Imana Allah, Imana Allah Yarabishimiye kw'iyumviramana ryabo, na bo nyene kandi barayishimiye ku mpembo y’ivyo bakoze, Yaranabategekanirije imirima itotahaye yo mu Bwami bw’ijuru, musi y’ibiti n’inyubakwa vyabwo hatemba inzuzi, bazoyibamwo ibihe bidahera, mu nema zamaho. Iyo rero ni yo ntsinzi ihambaye.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah ireza ikanashimagiza ingendanyi z’Intumwa ko zari intungane, ni na co gituma ukwubaha no kwubahiriza ingendanyi z’Intumwa, ari kimwe mu bigize ishingiro ryo kwemera.