3 : 85
وَمَن يَبۡتَغِ غَيۡرَ ٱلۡإِسۡلَٰمِ دِينٗا فَلَن يُقۡبَلَ مِنۡهُ وَهُوَ فِي ٱلۡأٓخِرَةِ مِنَ ٱلۡخَٰسِرِينَ
Uwurondera kwubahiriza idini ritari iry’ubwislamu ntazoryakirirwa namba, kandi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa azoba mu bahomvye ubuzima bwabo bwose.
Explanation & meanings · 1
- Raba insiguro y’ubwislamu mu nsiguro ya Aayah ya 19 muri iki gisomwa.