Skip to content
الحج /

Ayah 62

22 : 62
الحج Ayahs 78
Surah · الحج
Ikirundi · Gehiti
22 : 62

ذَٰلِكَ بِأَنَّ ٱللَّهَ هُوَ ٱلۡحَقُّ وَأَنَّ مَا يَدۡعُونَ مِن دُونِهِۦ هُوَ ٱلۡبَٰطِلُ وَأَنَّ ٱللَّهَ هُوَ ٱلۡعَلِيُّ ٱلۡكَبِيرُ

Ivyo biri ukwo rero, kuko mu vy’ukuri Allah ari Yo Mana y’ukuri Ibwirijwe gusengwa, n’uko ibigirwamana ababangikanyamana basenga mu gishingo cayo ari irementanya, n’uko kandi Imana Allah ari Yo Nyenicubahiro-ntangere, Nyenubukuru.