Skip to content
الحج /

Ayah 63

22 : 63
الحج Ayahs 78
Surah · الحج
Ikirundi · Gehiti
22 : 63

أَلَمۡ تَرَ أَنَّ ٱللَّهَ أَنزَلَ مِنَ ٱلسَّمَآءِ مَآءٗ فَتُصۡبِحُ ٱلۡأَرۡضُ مُخۡضَرَّةًۚ إِنَّ ٱللَّهَ لَطِيفٌ خَبِيرٞ

Ntumwa y’Imana! Mbega ntiwabonye ko Imana Allah Yatumye hagwa imvura ivuye mu bicu izananye mu kirere, maze isi igatotahara, igasa n’urwatsi rubisi! Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Rumenyi-Rudahishwa, Irazi neza ibintu vy’ingirakamaro ku biremwa, Muhetuziwavyose;