Skip to content
التوبَة /

Ayah 31

9 : 31

Ayah 31 of التوبَة (9 : 31). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 31

ٱتَّخَذُوٓاْ أَحۡبَارَهُمۡ وَرُهۡبَٰنَهُمۡ أَرۡبَابٗا مِّن دُونِ ٱللَّهِ وَٱلۡمَسِيحَ ٱبۡنَ مَرۡيَمَ وَمَآ أُمِرُوٓاْ إِلَّا لِيَعۡبُدُوٓاْ إِلَٰهٗا وَٰحِدٗاۖ لَّآ إِلَٰهَ إِلَّا هُوَۚ سُبۡحَٰنَهُۥ عَمَّا يُشۡرِكُونَ

Bagize abamenyi n’abasenzi muri bo ibigirwamana mu gishingo c'Imana Allah, maze na vyo bibashingira ingingo bubahiriza ha kwubahiriza amabwirizwa yayo. Bagize na Masiihi Isa mwene Mariyamu imana, baraheza baramusenga, kandi batigeze bategekwa kiretse ugusenga Imana Imwe Rudende Allah batayibangikanya n’ikintu na kimwe. Nta mana rero ibwirijwe gusengwa atari Yo gusa. Nininahazwe mu buryo burengeye cane ivyo bayibangikanya.