Skip to content
التوبَة /

Ayah 30

9 : 30

Ayah 30 of التوبَة (9 : 30). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 30

وَقَالَتِ ٱلۡيَهُودُ عُزَيۡرٌ ٱبۡنُ ٱللَّهِ وَقَالَتِ ٱلنَّصَٰرَى ٱلۡمَسِيحُ ٱبۡنُ ٱللَّهِۖ ذَٰلِكَ قَوۡلُهُم بِأَفۡوَٰهِهِمۡۖ يُضَٰهِـُٔونَ قَوۡلَ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ مِن قَبۡلُۚ قَٰتَلَهُمُ ٱللَّهُۖ أَنَّىٰ يُؤۡفَكُونَ

Abayahudi barabangikanije Imana Allah mu kuvuga bati: “Uzairi ni umwana w’Imana Allah”. N’abanaswara nyene barabangikanije Imana Allah mu kuvuga bati: “Masiihi mwene Mariyamu, ni umwana w’Imana Allah”. Iryo ni ijambo ryavuye mu kanwa kabo. Iyo mvugo yabo rero ishusha n’imvugo y’ababangikanyamana bo hambere yabo. Barakicwa n’Imana Allah! Ni gute bemanga ikinyoma bakirengagiza ukuri!

Explanation & meanings · 1
  1. Uzairu, ni umweranda muri Bene Israyeli yafashe Tawurati ku mutwe, maze Bene Israyeli bamwita umwana w’Imana.