Skip to content
الأنعَام /

Ayah 162

6 : 162
الأنعَام Ayahs 165
Surah · الأنعَام
Ikirundi · Gehiti
6 : 162

قُلۡ إِنَّ صَلَاتِي وَنُسُكِي وَمَحۡيَايَ وَمَمَاتِي لِلَّهِ رَبِّ ٱلۡعَٰلَمِينَ

Ntumwa y’Imana! Babwire kandi uti: “Mu vy’ukuri, isengesho ryanje, ikerera ryanje ry’ibitungwa, ubuzima bwanje no gupfa kwanje, vyose biba ku bw’Imana Allah, Umubungabunzi w’ibiremwa vyose;

Explanation & meanings · 1
  1. Ikerera riba ku bw’Imana Allah no kw’izina ryayo, ntiryigera riba ku bw’ibigirwamana, ku bw’amajini canke ku bw’imizimu n'abaganza, ntiryigera riba no kw’izina rya kimwe muri vyo.