Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 145

4 : 145
النِّسَاء Ayahs 176
4 : 145

إِنَّ ٱلۡمُنَٰفِقِينَ فِي ٱلدَّرۡكِ ٱلۡأَسۡفَلِ مِنَ ٱلنَّارِ وَلَن تَجِدَ لَهُمۡ نَصِيرًا

Mu vy’ukuri, indyarya zizohanirwa mu nyenga y’umuriro ku musi w’izuka. Ntumwa y’Imana! Menya neza kandi ko utazokwigera uzironkera umutabazi azikingira ibihano;