Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 144

4 : 144

Ayah 144 of النِّسَاء (4 : 144). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النِّسَاء Ayahs 176
4 : 144

يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لَا تَتَّخِذُواْ ٱلۡكَٰفِرِينَ أَوۡلِيَآءَ مِن دُونِ ٱلۡمُؤۡمِنِينَۚ أَتُرِيدُونَ أَن تَجۡعَلُواْ لِلَّهِ عَلَيۡكُمۡ سُلۡطَٰنٗا مُّبِينًا

Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ntimukagire mu bagarariji abagenzi somambike mucuditse babahagarikiye mwirengagije abemeramana. Mbega none mushaka muri ukwo gucudika na bo, icemezo kigaragara kibagiriza ku Mana Allah ko mutemera vy’ukuri!