Skip to content
Surah List /

عَبَسَ

عَبَسَ is chapter 80 of the Quran and has 42 verses. This page presents it in full in the Uthmani script, with a verse-by-verse translation of its meaning.

42 Ayahs Surah No. 80
Go to ayah
Ikirundi · Gehiti
بِسْمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحْمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

عَبَسَ وَتَوَلَّىٰٓ

Intumwa (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yaranyinyiriwe mu maso, irirengagiza;

أَن جَآءَهُ ٱلۡأَعۡمَىٰ

Bivuye ku kuza kw’impumyi Abdullaahi mwene Ummu Maktuum yaje iyigana ngo iyibaze.

Explanation & meanings · 1
  1. Ico gihe, Intumwa yariko irararikira abatware b’Abakorayishi kwinjira mu bwislamu.

وَمَا يُدۡرِيكَ لَعَلَّهُۥ يَزَّكَّىٰٓ

Ntumwa y’Imana! Ni igiki cogutuma umenya ukuri kw’ikimuzanye, kumbure hari n’aho yokwiyeza!

أَوۡ يَذَّكَّرُ فَتَنفَعَهُ ٱلذِّكۡرَىٰٓ

Canke ikibuka, ukwo kwibuka kukayungura.

أَمَّا مَنِ ٱسۡتَغۡنَىٰ

Nayo uwibona ko yikenuye, ntashake kwumvira Imana Allah;