80 : 22
ثُمَّ إِذَا شَآءَ أَنشَرَهُۥ
Hanyuma igihe Yabishatse, Izomuzura, Imusubize ubuzima, kugira Imuharurire Inamuhembere ivyo yakoze.
Ayah 22 of عَبَسَ (80 : 22). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.
ثُمَّ إِذَا شَآءَ أَنشَرَهُۥ
Hanyuma igihe Yabishatse, Izomuzura, Imusubize ubuzima, kugira Imuharurire Inamuhembere ivyo yakoze.