80 : 2
أَن جَآءَهُ ٱلۡأَعۡمَىٰ
Bivuye ku kuza kw’impumyi Abdullaahi mwene Ummu Maktuum yaje iyigana ngo iyibaze.
Explanation & meanings · 1
- Ico gihe, Intumwa yariko irararikira abatware b’Abakorayishi kwinjira mu bwislamu.
Ayah 2 of عَبَسَ (80 : 2). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.
أَن جَآءَهُ ٱلۡأَعۡمَىٰ
Bivuye ku kuza kw’impumyi Abdullaahi mwene Ummu Maktuum yaje iyigana ngo iyibaze.