Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 142

4 : 142

Ayah 142 of النِّسَاء (4 : 142). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النِّسَاء Ayahs 176
4 : 142

إِنَّ ٱلۡمُنَٰفِقِينَ يُخَٰدِعُونَ ٱللَّهَ وَهُوَ خَٰدِعُهُمۡ وَإِذَا قَامُوٓاْ إِلَى ٱلصَّلَوٰةِ قَامُواْ كُسَالَىٰ يُرَآءُونَ ٱلنَّاسَ وَلَا يَذۡكُرُونَ ٱللَّهَ إِلَّا قَلِيلٗا

Mu vy’ukuri, indyarya ziriyorobeka mu kugaragaza ukwemera zigahisha ubugarariji, zibwira ko zihenda Imana Allah, mu gihe Imana Allah na Yo Izozihembera ukwo kwiyorobeka mu kwemera, Ikazihana. Iyo rero zihagurutse ngo zije gusenga zihagurukana ubunebwe mu kwiyerekana gusa, eka mbere ntizigera zininahaza zitazira Imana Allah kiretse gake cane;