Skip to content
An-Nisaa-i /

Ayah 101

4 : 101

Ayah 101 of An-Nisaa-i (4 : 101). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

An-Nisaa-i Ayahs 176
Surah · An-Nisaa-i
Ikirundi · Gehiti
4 : 101

وَإِذَا ضَرَبۡتُمۡ فِي ٱلۡأَرۡضِ فَلَيۡسَ عَلَيۡكُمۡ جُنَاحٌ أَن تَقۡصُرُواْ مِنَ ٱلصَّلَوٰةِ إِنۡ خِفۡتُمۡ أَن يَفۡتِنَكُمُ ٱلَّذِينَ كَفَرُوٓاْۚ إِنَّ ٱلۡكَٰفِرِينَ كَانُواْ لَكُمۡ عَدُوّٗا مُّبِينٗا

Bemeramana! Nimwaramuka mufashe urugendo rero, nta caha kuri mwebwe kiri mu kugabanya ivyunamo vy’isengesho, mu gihe mwotinya ko abansi banyu bobaca mu ryahumye bakabatera muri mw’isengesho. Mu vy’ukuri, abagarariji bamye ari abansi banyu babagaragariza urwanko, nimubiyubare rero.

Explanation & meanings · 2
  1. Ukugabanya igitigiri c’ivyunamo vy’isengesho kurarekuwe mu gihe umuntu ari ku rugendo, haba mu gihe abantu batekanye mu zabo canke mu gihe hari imvo zituma batekerwa n’ubwoba.
  2. Mu ntango y’ubwislamu, ingendo zagirwa n’abemeramana zari ziteye ubwoba budasanzwe kuko bahigwa buhongo.