Skip to content
النور /

Ayah 63

24 : 63

Ayah 63 of النور (24 : 63). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النور Ayahs 64
Surah · النور
Ikirundi · Gehiti
24 : 63

لَّا تَجۡعَلُواْ دُعَآءَ ٱلرَّسُولِ بَيۡنَكُمۡ كَدُعَآءِ بَعۡضِكُم بَعۡضٗاۚ قَدۡ يَعۡلَمُ ٱللَّهُ ٱلَّذِينَ يَتَسَلَّلُونَ مِنكُمۡ لِوَاذٗاۚ فَلۡيَحۡذَرِ ٱلَّذِينَ يُخَالِفُونَ عَنۡ أَمۡرِهِۦٓ أَن تُصِيبَهُمۡ فِتۡنَةٌ أَوۡ يُصِيبَهُمۡ عَذَابٌ أَلِيمٌ

Bemeramana! Ntimugahamagare Intumwa y’Imana kw’izina ngo ewe Mumahadi nk’uko muhamagarana hagati yanyu kw’izina, ariko murayihamagara mu cubahiro muti: “Ewe Muvugishwamana!”, canke muti: “Ewe Ntumwa y’Imana!”. Nta nkeka ko Imana Allah Izi neza indyarya ziyonjorora muri mwebwe mu cicaro, zitabanje gusaba Intumwa y’Imana uburenganzira. Abaca kubiri n’amabwirizwa y’Intumwa y’Imana baragabishwa ko boshikirwa n’igeragezwa kw’isi, canke bagashikirwa n’ibihano bibabaza mu buzima bw’inyuma yo gupfa.