Skip to content
فُصِّلَت /

Ayah 33

41 : 33

Ayah 33 of فُصِّلَت (41 : 33). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

فُصِّلَت Ayahs 54
Surah · فُصِّلَت
Ikirundi · Gehiti
41 : 33

وَمَنۡ أَحۡسَنُ قَوۡلٗا مِّمَّن دَعَآ إِلَى ٱللَّهِ وَعَمِلَ صَٰلِحٗا وَقَالَ إِنَّنِي مِنَ ٱلۡمُسۡلِمِينَ

Nta n’umwe avuga ijambo ryiza rihimbaye, yoza aruta uwurarikira ukwemera no gusenga Imana Imwe Rudende Allah, akanakora n’ivyiza bitegetswe, maze akavuga yemanga ati: “Jewe ni ukuri, ndi mu bislamu bicisha bugufi mu kwubahiriza amabwirizwa y’Imana Allah”.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah irerekana ikibanza c’iteka c’abamenyi barazwa ishinga n’irarikiramana, bisunze ubumenyi nya bumenyi nk’uko Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yabigenza.