Skip to content
البَقَرَة /

Ayah 24

2 : 24

Ayah 24 of البَقَرَة (2 : 24). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

البَقَرَة Ayahs 286
2 : 24

فَإِن لَّمۡ تَفۡعَلُواْ وَلَن تَفۡعَلُواْ فَٱتَّقُواْ ٱلنَّارَ ٱلَّتِي وَقُودُهَا ٱلنَّاسُ وَٱلۡحِجَارَةُۖ أُعِدَّتۡ لِلۡكَٰفِرِينَ

Nimutabigira, kandi nta n’ivyo muzoshobora, muraheza rero mwiyubare ibihano vy’umuriro udahera wa Jahannamu, muheze mwemere Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) maze mugamburukire Imana Allah. Ivyegenyezo vya nya muriro ni abantu n’amabuye. Wateguriwe abagarariji.