Skip to content
البَقَرَة /

Ayah 163

2 : 163

Ayah 163 of البَقَرَة (2 : 163). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

البَقَرَة Ayahs 286
2 : 163

وَإِلَٰهُكُمۡ إِلَٰهٞ وَٰحِدٞۖ لَّآ إِلَٰهَ إِلَّا هُوَ ٱلرَّحۡمَٰنُ ٱلرَّحِيمُ

Bantu! Burya Imana Yanyu ni Imana Imwe Rudende Allah. Nta yindi mana y’ukuri ibwirijwe gusengwa atari Yo, ni Yo rero Nyenimpuhwe, Nyenimbabazi ku batoni bayo.

Explanation & meanings · 1
  1. Ni Imwe Rudende mu bumana bwayo, mu mazina n’amatazirano yayo, hamwe rero no mu bikorwa vyayo biyiranga ko Ikwiye gusengwa ari Imwe Rudende.