2 : 152
فَٱذۡكُرُونِيٓ أَذۡكُرۡكُمۡ وَٱشۡكُرُواْ لِي وَلَا تَكۡفُرُونِ
Kubera ivyo vyose rero, nimuninahaze mwongere muntazire, Nzobayaga neza Ndabahe n’indishi ibakwiye, muheze rero kandi munshimire mu mvugo n’ingiro, kandi ntimukangararize mu kwihakana inema zanje nabahaye.