Skip to content
النَّحل /

Ayah 128

16 : 128
النَّحل Ayahs 128
Surah · النَّحل
Ikirundi · Gehiti
16 : 128

إِنَّ ٱللَّهَ مَعَ ٱلَّذِينَ ٱتَّقَواْ وَّٱلَّذِينَ هُم مُّحۡسِنُونَ

Mu vy’ukuri Imana Allah, Iri kumwe n’abayitinya mu kwubahiriza amabwirizwa yayo, hamwe n’abagwaneza mw’ishira mu ngiro ry’ivyo Ibategetse.

Explanation & meanings · 1
  1. Imana Allah Iri kumwe na bo, mu kubatera intege n’inkunga no mu kubatabara.