Skip to content
Surah List /

الفَلَق

الفَلَق is chapter 113 of the Quran and has 5 verses. This page presents it in full in the Uthmani script, with a verse-by-verse translation of its meaning.

5 Ayahs Surah No. 113
Go to ayah
Ikirundi · Gehiti
بِسْمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحْمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

قُلۡ أَعُوذُ بِرَبِّ ٱلۡفَلَقِ

Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Ndikinze ku Mana Allah, Umuremyi w’igitondo;

مِن شَرِّ مَا خَلَقَ

Inkingire inabi y’ivyo Yaremye vyose;

وَمِن شَرِّ غَاسِقٍ إِذَا وَقَبَ

N’inabi y’ijoro iyo ryijimye;

وَمِن شَرِّ ٱلنَّفَّٰثَٰتِ فِي ٱلۡعُقَدِ

N’inabi y’abarozikazi bahuha mu mapfundo mu kuroga;

وَمِن شَرِّ حَاسِدٍ إِذَا حَسَدَ

N’inabi y’umunyeshari iyo asharitse”.

Explanation & meanings · 1
  1. Umunyeshari, ni umuntu asharika abandi abahora impano bahawe n’Imana Allah, akipfuza ko nya mpano zohona, akanababangamira mu buzima.