Skip to content
التوبَة /

Ayah 128

9 : 128
التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 128

لَقَدۡ جَآءَكُمۡ رَسُولٞ مِّنۡ أَنفُسِكُمۡ عَزِيزٌ عَلَيۡهِ مَا عَنِتُّمۡ حَرِيصٌ عَلَيۡكُم بِٱلۡمُؤۡمِنِينَ رَءُوفٞ رَّحِيمٞ

Bemeramana! Mwarashikiriwe n’Intumwa ivuye muri mwebwe nyene, ituntuzwa n’ibibabangamira, yitwararika ko muba abemeramana koko, irangwa n’ikigongwe n’impuhwe nyinshi ku bemeramana.