Skip to content
التوبَة /

Ayah 129

9 : 129

Ayah 129 of التوبَة (9 : 129). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 129

فَإِن تَوَلَّوۡاْ فَقُلۡ حَسۡبِيَ ٱللَّهُ لَآ إِلَٰهَ إِلَّا هُوَۖ عَلَيۡهِ تَوَكَّلۡتُۖ وَهُوَ رَبُّ ٱلۡعَرۡشِ ٱلۡعَظِيمِ

Ntumwa y’Imana! Ababangikanyamana n’indyarya, nibirengagiza kukwemera, urababwira uti: “Iyikwiye kumpagararira muri vyose, ni Imana Allah; nta yindi mana ikwiye gusengwa vy’ukuri atari Yo, ni Yo nishimikije nkizera mu vyanje vyose, ni na Yo Mana Rurema w’Ubuhangamo bwayo buhambaye”.

Explanation & meanings · 1
  1. Ubuhangamo bw’Imana Allah “ARSH”, ni co kiremwa amahanga gihambaye kuruta ibindi biremwa vyose.