Skip to content
Surah List /

الانفِطَار

ﯿ

الانفِطَار is chapter 82 of the Quran and has 19 verses. This page presents it in full in the Uthmani script, with a verse-by-verse translation of its meaning.

19 Ayahs Surah No. 82
Go to ayah
Ikirundi · Gehiti
بِسْمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحْمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

إِذَا ٱلسَّمَآءُ ٱنفَطَرَتۡ

Igihe ijuru ryasadaguritse;

وَإِذَا ٱلۡكَوَاكِبُ ٱنتَثَرَتۡ

Igihe n’inyenyeri zahungurutse;

وَإِذَا ٱلۡبِحَارُ فُجِّرَتۡ

Igihe n’ibiyaga vyagomorowe bigacika kimwe;

وَإِذَا ٱلۡقُبُورُ بُعۡثِرَتۡ

Igihe n’imva zazuwe;

عَلِمَتۡ نَفۡسٞ مَّا قَدَّمَتۡ وَأَخَّرَتۡ

Ivyo vyose nivyashika, umuntu wese azomenya ico yakoze n’ico yirengagije, aheze agihemberwe.