Skip to content
الحج /

Ayah 32

22 : 32

Ayah 32 of الحج (22 : 32). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الحج Ayahs 78
Surah · الحج
Ikirundi · Gehiti
22 : 32

ذَٰلِكَۖ وَمَن يُعَظِّمۡ شَعَٰٓئِرَ ٱللَّهِ فَإِنَّهَا مِن تَقۡوَى ٱلۡقُلُوبِ

Iryo rero, ni ryo bwirizwa ryo gusenga Imana Imwe Rudende Allah no kwicisha bugufi kuri Yo. Uwuzokwubaha akubahiriza rero ibimenyetso vy’idini ry’Imana Allah, nta nkeka ko mu vy’ukuri iyubaha n’iyubahirizwa ry’ivyo bimenyetso, biri mu bikorwa vy’igamburukiramana ry’imitima.

Explanation & meanings · 1
  1. Muri ivyo bimenyetso vyubahwa bikubahirizwa, ni imigirwa y’ishengerera hamwe n’ibibanza bitandukanye iyo migirwa iberamwo, ibibagwa n’imbagwa.