Skip to content
Al-Hajji /

Ayah 31

22 : 31

Ayah 31 of Al-Hajji (22 : 31). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-Hajji Ayahs 78
Surah · Al-Hajji
Ikirundi · Gehiti
22 : 31

حُنَفَآءَ لِلَّهِ غَيۡرَ مُشۡرِكِينَ بِهِۦۚ وَمَن يُشۡرِكۡ بِٱللَّهِ فَكَأَنَّمَا خَرَّ مِنَ ٱلسَّمَآءِ فَتَخۡطَفُهُ ٱلطَّيۡرُ أَوۡ تَهۡوِي بِهِ ٱلرِّيحُ فِي مَكَانٖ سَحِيقٖ

Maze rero musenge Imana Imwe Rudende Allah, mwicishije bugufi mutayibangikanya n’ikintu na kimwe; burya rero uwubangikanije Imana Allah n’ikintu na kimwe ari kure y’ukurongoka; ameze nk’umuntu ahanantutse avuye mu kirere, maze inyoni zikamusamira hejuru zimutabaguratabagura, canke hakaza igihuhusi kikamujugunya iyo catawe;

Explanation & meanings · 1
  1. Ako ni akarorero k’umuntu aretse kwemera agahitamwo kugarariza.