Skip to content
الحج /

Ayah 26

22 : 26

Ayah 26 of الحج (22 : 26). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الحج Ayahs 78
Surah · الحج
Ikirundi · Gehiti
22 : 26

وَإِذۡ بَوَّأۡنَا لِإِبۡرَٰهِيمَ مَكَانَ ٱلۡبَيۡتِ أَن لَّا تُشۡرِكۡ بِي شَيۡـٔٗا وَطَهِّرۡ بَيۡتِيَ لِلطَّآئِفِينَ وَٱلۡقَآئِمِينَ وَٱلرُّكَّعِ ٱلسُّجُودِ

Muvugishwamana! Ibuka igihe Twamenyesha Ibrahimu (nyakugira amahoro y’Imana Allah) ahazokwubakwa ingoro ntagatifu, Tukamubwiriza kuyubaka mu ntumbero yo gutsimbataza isengwa ry’Imana Imwe Rudende, Duti: “Ntukambangikanye rero n’ikintu na kimwe. Niweze n’iyi ngoro yanje; ntigakorerwemwo igarariza, ivyadukano n’ibihumanya vyose, kugira nya ngoro ibe ihuriro ry’abayikikura hamwe n’abatsimbataza amasengesho bunama bubama;