Skip to content
الأنبيَاء /

Ayah 47

21 : 47

Ayah 47 of الأنبيَاء (21 : 47). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأنبيَاء Ayahs 112
21 : 47

وَنَضَعُ ٱلۡمَوَٰزِينَ ٱلۡقِسۡطَ لِيَوۡمِ ٱلۡقِيَٰمَةِ فَلَا تُظۡلَمُ نَفۡسٞ شَيۡـٔٗاۖ وَإِن كَانَ مِثۡقَالَ حَبَّةٖ مِّنۡ خَرۡدَلٍ أَتَيۡنَا بِهَاۗ وَكَفَىٰ بِنَا حَٰسِبِينَ

Twebwe Allah, Tuzotereka umunzani utunganye wo kugererako ibikorwa vy’ibiremwa ku musi w’izuka, nta n’umwe rero azorenganywa ku kintu na kimwe mu vyo yakoze, n’aho coba gito kingana n’urutete rwa Khardal rungana n'urutete rw'ururo, Tuzokimugerera kuri nya munzani maze Tukimuhembere, caba iciza canke ikibi. Ni na Twebwe Allah Dukwiye kuba Ababungabunzi Bahembera ibiremwa ku vyo vyakoze.

Explanation & meanings · 1
  1. Khardal, ni ubwoko bw’ibimera, bifise intete zingana n’iz’uburo.