Skip to content
إبراهِيم /

Ayah 35

14 : 35
إبراهِيم Ayahs 52
Surah · إبراهِيم
Ikirundi · Gehiti
14 : 35

وَإِذۡ قَالَ إِبۡرَٰهِيمُ رَبِّ ٱجۡعَلۡ هَٰذَا ٱلۡبَلَدَ ءَامِنٗا وَٱجۡنُبۡنِي وَبَنِيَّ أَن نَّعۡبُدَ ٱلۡأَصۡنَامَ

Ntumwa y’Imana! Ibuka n'igihe Ibrahimu yasaba Imana Allah, Ikamwumvira, yasaba avuga ati: “Mana yanje Rurema Allah! Iki gisagara ca Makka kigire ihanga ritekanye, maze jewe hamwe n’uruvyaro rwanje, Udushire kure yo gusenga ibigirwamana;

Explanation & meanings · 1
  1. Yasavye iki gisabisho inyuma y’aho yimuriye umukenyezi wiwe Hajara hamwe n’umwana wiwe Ismayili, akabacumbikira mu kabande ka Makka.