Skip to content
المَائدة /

Ayah 73

5 : 73

Ayah 73 of المَائدة (5 : 73). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

المَائدة Ayahs 120
Surah · المَائدة
Ikirundi · Gehiti
5 : 73

لَّقَدۡ كَفَرَ ٱلَّذِينَ قَالُوٓاْ إِنَّ ٱللَّهَ ثَالِثُ ثَلَٰثَةٖۘ وَمَا مِنۡ إِلَٰهٍ إِلَّآ إِلَٰهٞ وَٰحِدٞۚ وَإِن لَّمۡ يَنتَهُواْ عَمَّا يَقُولُونَ لَيَمَسَّنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ مِنۡهُمۡ عَذَابٌ أَلِيمٌ

Ni ukuri, abavuze ko Imana Allah mu vy’ukuri ari imwe mu butatu bweranda, baramaze kugarariza. Mbega none ntibazi ko abantu ata yindi mana bafise, atari Imana Imwe Rudende Allah, Itavyaye kandi Itavyawe! Ntiboteshwa ngo bate, bakavavanura n’ivyo bavuga! Ni ukuri bazokorwako n’ibihano bibabaza;

Explanation & meanings · 1
  1. Ubutatu bweranda, bugizwe n’umukama w’imana zitatu ari zo, data, mwana na mutimamweranda. Ijambo “umukama” rero, kizira ku mwislamu kurikoresha nk’izina ry’Imana Allah, kuko ng’aha risigura ubutatu bweranda, iryo na ryo ni ibangikanyamana.