Skip to content
غَافِر /

Ayah 51

40 : 51
غَافِر Ayahs 85
Surah · غَافِر
Ikirundi · Gehiti
40 : 51

إِنَّا لَنَنصُرُ رُسُلَنَا وَٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ فِي ٱلۡحَيَوٰةِ ٱلدُّنۡيَا وَيَوۡمَ يَقُومُ ٱلۡأَشۡهَٰدُ

Mu vy’ukuri Twebwe Allah, ni ukuri Turatabara Intumwa zacu hamwe n’abemeramana bazikurikiye, Tukabatera n’intege mu kwiganzura ababageramiye mu buzima bwo kw’isi. Ku musi w’izuka naho, abamalayika, Abavugishwamana n’abemeramana bazoba ivyabona, ko abahakanye bashikirijwe koko ubutumwa, baraheza barabuhakana;