Skip to content
الفُرقَان /

Ayah 69

25 : 69
الفُرقَان Ayahs 77
25 : 69

يُضَٰعَفۡ لَهُ ٱلۡعَذَابُ يَوۡمَ ٱلۡقِيَٰمَةِ وَيَخۡلُدۡ فِيهِۦ مُهَانًا

Aheze agwirizwe n’ibihano ku musi w’izuka, maze abibemwo asuzuguritse ibihe bidahera;

Explanation & meanings · 1
  1. Mu gihe yoba yakoze ivyo vyaha vyose, canke yarabangikanije Imana Allah.