Skip to content
Al-Furqaan /

Ayah 68

25 : 68

Ayah 68 of Al-Furqaan (25 : 68). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-Furqaan Ayahs 77
Surah · Al-Furqaan
Ikirundi · Gehiti
25 : 68

وَٱلَّذِينَ لَا يَدۡعُونَ مَعَ ٱللَّهِ إِلَٰهًا ءَاخَرَ وَلَا يَقۡتُلُونَ ٱلنَّفۡسَ ٱلَّتِي حَرَّمَ ٱللَّهُ إِلَّا بِٱلۡحَقِّ وَلَا يَزۡنُونَۚ وَمَن يَفۡعَلۡ ذَٰلِكَ يَلۡقَ أَثَامٗا

Abasenga Imana Imwe Rudende Allah, batigera bayibangikanya n’ikigirwamana na kimwe, eka ntibicira ubusa n’ikiremwa Imana Allah Yaziririje ko cicwa; kiretse mu gihe hubahirijwe ukuri n’ingingo, kandi ntibanasambana. Uwuzokora kimwe muri ivyo vyaha rutura rero, azobihanirwa bikomeye mu buzima bw’inyuma yo gupfa;

Explanation & meanings · 1
  1. Nko mu gihe umuntu avuye mw’idini inyuma y’aho yari umwemeramana, uwagiriwe n’ubusambanyi yari yubatse, hamwe rero n’uwishe umuntu ku karenganyo yabiteguye.