Skip to content
الأنبيَاء /

Ayah 26

21 : 26
الأنبيَاء Ayahs 112
21 : 26

وَقَالُواْ ٱتَّخَذَ ٱلرَّحۡمَٰنُ وَلَدٗاۗ سُبۡحَٰنَهُۥۚ بَلۡ عِبَادٞ مُّكۡرَمُونَ

Ababangikanyamana bavuze bati: “Nyenimpuhwe Allah, Yarigeneye umwana mu bamalayika”. Nihaninahazwe Imana Allah mu buryo burengeye cane kwitirirwa umwana, ahubwo abamalayika ni abaja bayo batewe iteka;