13 : 28
ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَتَطۡمَئِنُّ قُلُوبُهُم بِذِكۡرِ ٱللَّهِۗ أَلَا بِذِكۡرِ ٱللَّهِ تَطۡمَئِنُّ ٱلۡقُلُوبُ
Abemeye Imana Allah, maze imitima yabo igatururuzwa n’itazira n'ininahazamana. Bantu, nimwumve mwumvireho! Burya, imitima itururuzwa n’igamburukiramana hamwe n’itazira n'ininahazamana”.