Skip to content
الرَّعد /

Ayah 27

13 : 27
الرَّعد Ayahs 43
Surah · الرَّعد
Ikirundi · Gehiti
13 : 27

وَيَقُولُ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ لَوۡلَآ أُنزِلَ عَلَيۡهِ ءَايَةٞ مِّن رَّبِّهِۦۚ قُلۡ إِنَّ ٱللَّهَ يُضِلُّ مَن يَشَآءُ وَيَهۡدِيٓ إِلَيۡهِ مَنۡ أَنَابَ

Abagararije bavuga bati: “Muhamadi, ntiyari gutuma amanurirwa igitangaro gifadika kivuye ku Mana yiwe Rurema Allah; nk'ibitangaro vyahawe Musa canke Isa mwene Mariyamu!”. Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Mu vy’ukuri Imana Allah, Ihubisha uwo Ishatse ku butumva bwiwe, Ikarongora mw’idini ryayo ry’ukuri uwugaruka kuri Yo akigaya;