114 : 1 قُلۡ أَعُوذُ بِرَبِّ ٱلنَّاسِ Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Ndikinze ku Mubungabunzi w’abantu bose;