99 : 3 وَقَالَ ٱلۡإِنسَٰنُ مَا لَهَا Umuntu akicwa n’ubwoba n’akantu abaza ati: “Mbega yemwe! Isi yashikiwe n’iki?”.