Skip to content
Al-Mutwaffifiina /

Ayah 15

83 : 15

Ayah 15 of Al-Mutwaffifiina (83 : 15). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-Mutwaffifiina Ayahs 36
Surah · Al-Mutwaffifiina
Ikirundi · Gehiti
83 : 15

كَلَّآ إِنَّهُمۡ عَن رَّبِّهِمۡ يَوۡمَئِذٖ لَّمَحۡجُوبُونَ

Nibateshwe bate, barahumba! Ahubwo mu vy’ukuri, abahakanyi kuri uwo musi w’izuka, bazobuzwa kubona Imana yabo Rurema Allah;

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah, irerekana ko abemeramana ari bo bazobona Imana yabo Rurema Allah mu Bwami bw’ijuru.