Skip to content
المُلك /

Ayah 2

67 : 2

Ayah 2 of المُلك (67 : 2). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

المُلك Ayahs 30
Surah · المُلك
Ikirundi · Gehiti
67 : 2

ٱلَّذِي خَلَقَ ٱلۡمَوۡتَ وَٱلۡحَيَوٰةَ لِيَبۡلُوَكُمۡ أَيُّكُمۡ أَحۡسَنُ عَمَلٗاۚ وَهُوَ ٱلۡعَزِيزُ ٱلۡغَفُورُ

Bantu! Ni We Yaremye urupfu n’ubuzima kugira Abagerageze, haheze hamenyekane uwukora ivyiza ku bwiwe kurusha abandi. Ni na We Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Nyenimbabazi-ntangere.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah, irarikira abantu gukora ivyiza bitegetswe, ikanabihaniza gukora ibibi bibujijwe.