Skip to content
الأنعَام /

Ayah 92

6 : 92

Ayah 92 of الأنعَام (6 : 92). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأنعَام Ayahs 165
Surah · الأنعَام
Ikirundi · Gehiti
6 : 92

وَهَٰذَا كِتَٰبٌ أَنزَلۡنَٰهُ مُبَارَكٞ مُّصَدِّقُ ٱلَّذِي بَيۡنَ يَدَيۡهِ وَلِتُنذِرَ أُمَّ ٱلۡقُرَىٰ وَمَنۡ حَوۡلَهَاۚ وَٱلَّذِينَ يُؤۡمِنُونَ بِٱلۡأٓخِرَةِ يُؤۡمِنُونَ بِهِۦۖ وَهُمۡ عَلَىٰ صَلَاتِهِمۡ يُحَافِظُونَ

Ntumwa y'Imana! N’iyi Qor’ani, ni Igitabu Twakumanuriye gihezagiwe, gishimangira ukuri kw’ivyamanuwe mu Bitabu vyo hambere yaco. Twakikumanuriye no kugira ugabishe ku bihano vy’Imana Allah abantu b’i Makka, n’abandi bo mu micungararo y’aho kw’isi yose. Abemera ko hariho ubuzima bw’inyuma yo gupfa, baremera ko Qor’ani ari amajambo y’Imana Allah, bakanatsimbataza n'amasengesho ku mwanya yagenewe.