Skip to content
المَائدة /

Ayah 82

5 : 82

Ayah 82 of المَائدة (5 : 82). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

المَائدة Ayahs 120
Surah · المَائدة
Ikirundi · Gehiti
5 : 82

۞ لَتَجِدَنَّ أَشَدَّ ٱلنَّاسِ عَدَٰوَةٗ لِّلَّذِينَ ءَامَنُواْ ٱلۡيَهُودَ وَٱلَّذِينَ أَشۡرَكُواْۖ وَلَتَجِدَنَّ أَقۡرَبَهُم مَّوَدَّةٗ لِّلَّذِينَ ءَامَنُواْ ٱلَّذِينَ قَالُوٓاْ إِنَّا نَصَٰرَىٰۚ ذَٰلِكَ بِأَنَّ مِنۡهُمۡ قِسِّيسِينَ وَرُهۡبَانٗا وَأَنَّهُمۡ لَا يَسۡتَكۡبِرُونَ

Ntumwa y’Imana! Ni ukuri uzosanga abantu barangwa n’urwanko gusumba abandi ku bemeramana bagukurikiye, ari abayahudi babasharika hamwe rero n’ababangikanyamana, kandi ni ukuri uzosanga abarangwa n’urukundo rwa hafi muri bo ku bemeramana bagukurikiye, ari abavuze bati: “Twebwe mu vy’ukuri, turi abanaswara”. Ivyo bigaterwa n’uko muri bo, harimwo abamenyi b’indongozi n’abiyeguriye amasengesho; bikanaterwa kandi n’uko bicisha bugufi bakakira ukuri;

Explanation & meanings · 1
  1. Abo rero, ni bo bakiriye ukuri bakemera ubutumwa bw’Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).