Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 164

4 : 164

Ayah 164 of النِّسَاء (4 : 164). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النِّسَاء Ayahs 176
4 : 164

وَرُسُلٗا قَدۡ قَصَصۡنَٰهُمۡ عَلَيۡكَ مِن قَبۡلُ وَرُسُلٗا لَّمۡ نَقۡصُصۡهُمۡ عَلَيۡكَۚ وَكَلَّمَ ٱللَّهُ مُوسَىٰ تَكۡلِيمٗا

Twaranarungitse n’Intumwa Twamaze kukudondagurira ido n’ido amazina yazo, n’izindi Tutakudondaguriye ku mvo Tuzi. Imana Allah Yaranavuganye ukuri kwamye n’Intumwa Musa.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah, irerekana ko Imana Allah Ivuga mu buryo bukwiranye n’icubahiro cayo, kandi ko Yavuganye n’Intumwa Musa ata muhuza aciye hagati.