Skip to content
آل عِمران /

Ayah 59

3 : 59

Ayah 59 of آل عِمران (3 : 59). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

آل عِمران Ayahs 200
Surah · آل عِمران
Ikirundi · Gehiti
3 : 59

إِنَّ مَثَلَ عِيسَىٰ عِندَ ٱللَّهِ كَمَثَلِ ءَادَمَۖ خَلَقَهُۥ مِن تُرَابٖ ثُمَّ قَالَ لَهُۥ كُن فَيَكُونُ

Mu vy’ukuri, iremwa rya Isa mwene Mariyamu atagira se, ni nk’iremwa rya Adamu atagira se na nyina, Yamuremye mw’ivu hanyuma Imubwira Iti: “Ba umuntu”, aca aba umuntu muzima.

Explanation & meanings · 1
  1. Guha rero ubumana Isa mwene Mariyamu ku kuba yavutse atagira se, ni ikinyoma cambaye ubusa kuko na Adamu yaremwe atagira se na nyina, ariko hamwe n’ivyo, abantu bose ntibigeze bamufata ko ari imana, ahubwo bose bahurije ku kuba ari umuja n’ikiremwa c’Imana Allah.