Skip to content
Al'Ankabuut /

Ayah 8

29 : 8

Ayah 8 of Al'Ankabuut (29 : 8). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al'Ankabuut Ayahs 69
Surah · Al'Ankabuut
Ikirundi · Gehiti
29 : 8

وَوَصَّيۡنَا ٱلۡإِنسَٰنَ بِوَٰلِدَيۡهِ حُسۡنٗاۖ وَإِن جَٰهَدَاكَ لِتُشۡرِكَ بِي مَا لَيۡسَ لَكَ بِهِۦ عِلۡمٞ فَلَا تُطِعۡهُمَآۚ إِلَيَّ مَرۡجِعُكُمۡ فَأُنَبِّئُكُم بِمَا كُنتُمۡ تَعۡمَلُونَ

Umuntu, Twamuhanuye kuba umugwaneza ku bavyeyi biwe mu mvugo n’ingiro. Muntu! Abavyeyi bawe nibaramuka baguhatiye ku kumbangikanya n’ikindi kintu, ntuzobumvire na gato. Ni kuri Jewe Allah muzosubizwa mwese, Mpeze Ndabamenyeshe ivyo mwari mwarakoze kw’isi, Ndabibahembere.

Explanation & meanings · 1
  1. Ivyaha n’ibicumuro, biri mu vyo umuntu atarekuriwe kwumviramwo abavyeyi mu gihe bamuhatiye kubikora; kuko bitarekuwe kwumvira kiremwa-muntu mu biciye kubiri n’amabwirizwa y’Imana Allah.